Imigambi

Intoro irafasha ariko ikongera ikavuna
Économie article comment count is: 0

Intoro irafasha ariko ikongera ikavuna

Mu buzima bwa minsi yose, abantu baraziganya bakongera bakaguranana babicishije mu mabanki canke hagati yabo bivanye n’icizere baba bafitaniye. Hari rero uburyo bukunze kwibonekeza mu gihe c’ubukene bwa cane hagati mu gihugu ari bwo bita “intoro”. Intoro rero irafasha ariko […]

Twikorere imigambi maze twiteze imbere!
Analyse article comment count is: 1

Twikorere imigambi maze twiteze imbere!

Abarundi barayamaze ngo “nta mwuga udakiza”! Umuntu yihweje uko ibihe bigenda birahinduka mu buzima bw’abantu bwa minsi yose, usanga bikenewe ko n’abantu ubwabo nyene baza barahindura ukwo babaho. Prosper Niyonkuru aratanga akarorero k’ukwo abahejeje amashure bokwitegurira imigambi maze bakiteza imbere.

Twirinde abafyitirizi
Culture article comment count is: 0

Twirinde abafyitirizi

Mu gihe abarundi benshi bacirukira abavuzi b’ikirundi benshi bazi kw’izina rya rumenyi canke abafyitirizi, Rénovat Ndikumwenayo we abona ko nyabuna bari bakwiye kwijukira kwivuriza kwa muganga bakoresheje ka gakarata CAM Leta ihimiriza abanyagihugu kwivurizako.