Politique

« CVR » : ni 14 bagiye guca urwananiye Ngoma

Umugwi ujejwe ukuri no kunywanisha Abarundi ugiye kwongerwa ikiringo co gukora, n’uburebure bw’ikivi utegerezwa gukutsa. Hari amakenga menshi ku co umuntu yokwitega ku gikorwa uwo mugwi ugiye kurangura. Egide Nikiza aratugirira umwihwezo.