Archives de catégorie : Réactions

[Impari ku ngoma z’i Burundi] : « Gute umukenyezi ashobora gushigikira itegeko rimukandamiza ? »

Inyuma y’aho Naomi Irakoze ashikirije ko ashigikiye ingingo yo kubuza abakenyezi n’abigeme kuvuza ingoma, abicishije kuri runo rubuga, Judicaëlle Irakoze bisa n’ivyamuteye ukuraka. Aca ahitamwo kwandikira uwo mugenzi we, amwishura mu buryo buramvuye. Lire plus [Impari ku ngoma z’i Burundi] : « Gute umukenyezi ashobora gushigikira itegeko rimukandamiza ? »

[ Débat sur le tambour burundais]: « Comment une femme ose défendre un décret sexiste? »

Après un billet de la blogueuse Naomi Irakoze où cette dernière exprimait son approbation pour le décret interdisant aux femmes de jouer au tambour, l’activiste-féministe Judicaëlle Irakoze, révoltée, a voulu réagir dans une missive profonde et très détaillée. Lire plus [ Débat sur le tambour burundais]: « Comment une femme ose défendre un décret sexiste? »

voir plus d'articles D