Tous les articles par Vincianne Nizigiyimana

Blogueuse du collectif Yaga

“Haga imitima ”: akajambo gasosa k’abadereva ariko kabihira ingenzi

Ugupakira ingenzi zirenze igitigiri mu ngendeshwa birahanwa n’amategeko. Ariko hari « abadereva » babirengako, kandi bakarengana ibirindiro vy’inyamiramabi. Nizigiyimana Vinciane aratubwira ivyo akunze kwibonera kw’ibarabara rya Bujumbura-Rumonge. Lire plus “Haga imitima ”: akajambo gasosa k’abadereva ariko kabihira ingenzi

« Ukuvuza abavukana ubumuga » : twese biraturaba

Turakunze kubona abantu birigwa barayererana abana bafise ubumuga kuri za ntebe zifise amapine, ahandi ugasanga babarambitse ku mpande z’ibarabara, mu ntumbero yo gusega. Nizigiyimana Vinciane ati « ivyo bituruka ku kutitaho abo bana kuva bakivuka », akerekana uruhara rw’umwumwe wese mu ntumbero  yo gukingira ivyo bibondo. Lire plus « Ukuvuza abavukana ubumuga » : twese biraturaba

Ngo « akazi ka leta kica uwicaye » ? Ntirikabe ku magara yacu!

Ukuzezwa amagara y’abantu ni iteka ntangere. Iryo naryo umuntu ariterwa n’Imana, hamwe n’igihugu kiba camwizeye. Ico gikorwa kandi ni ibanga ribangirwa ingata kuko ucitwayemwo nabi ushobora kwica abo wokijije. Ariko, abitwara nabi ntibabuze. Vensiyana Nizigiyimana aratuyagira ivyo yiboneye. Lire plus Ngo « akazi ka leta kica uwicaye » ? Ntirikabe ku magara yacu!

Abakozi b’Imana baracizewe nka mbere ?

Muri rusangi, amashengero afise uruhara runini mu buzima bw’ibihugu n’abakibamwo. Ariko rero, bamwe bamwe mu bayarongoye, ari bo bakozi b’Imana, barikika mu kiza maze bagakora ibitajanye n’ivyo biyemeze nko kuremesha igihugu c’Imana mu gusanasana no kuremesha imitima. Vincianne Nizigiyimana aribaza niba abakozi b’Imana bo mu Burundi bacizigiwe nka mbere. Lire plus Abakozi b’Imana baracizewe nka mbere ?

Koko umugabo ntaba ingumba ?

Aho hambere, mu Burundi, eka n’ubu bikiriko, abantu ntibemera ko umugabo shobora kuba ingumba. Abatari bake biyumvira ko, iyo umuryango ubuze umwana, vyose vyaba vyavuye ku mugore. Ariko rero, ukwo ubushakashatsi bwabandanije gutera imbere, vyaribonekeje ko ubugumba bushobora no kuva ku mugabo nk’uko Vincianne Nizigiyimana abiducira ku mayange. Lire plus Koko umugabo ntaba ingumba ?

La vie, insaisissable que tu es !

Comme disait le philosophe grec Héraclite, « Tout change, tout coule et rien ne demeure ». Hantée par une notion anthropologique par excellence qu’est le sens de la vie, la blogueuse Vincianne Nizigiyimana, comme une voix qui crie dans le désert, parle à la vie comme à un interlocuteur physique ! Trouvera-t-elle des réponses ? Lire plus La vie, insaisissable que tu es !

voir plus d'articles D