Tous les articles par Thierry Nijimbere

Blogueur du collectif Yaga

Burundi : la corruption et l’impossible développement

Il y a quelques jours on célébrait la journée internationale de lutte contre la corruption. Une date qui sonne faux dans un pays classé parmi les huit premiers les plus corrompus au monde. Partant d’un exemple d’un jeune victime de cette pratique, le blogueur Thierry Nijimbere nous montre comment les pots de vin sont un obstacle au développement durable.

Lire plus Burundi : la corruption et l’impossible développement

Adelphine Nimfasha, Umurundikazi w’umuhinga mu kugendesha ikinga

Mu mico n’imigenzo vy’ikirundi, hari ibikorwa usanga bifatwa cane nk’ivyagenewe igitsina kimwe kurusha ikindi. Hano, Nijimbere Thierry aratuyagira inkuru ya Nimfasha Adelphine, umwigeme akiri muto ariko amaze kuba rurangiranwa mu kugendesha ikinga, kandi hari abokwibaza ko ivyo vyagenewe abagabo. Lire plus Adelphine Nimfasha, Umurundikazi w’umuhinga mu kugendesha ikinga

« Umugabo si urucumu » : kuki amakungu arinda kudufatira ibihano ?

Naho nyene ba sokuru bagendera ibanga ry’umwumvikano nugutatura amatati bidaciye mu nguvu, « biboneka ko Abarundi ba kino gihe dusa nk’aho twatakaje ako karanga keza ». Thierry Nijimbere akabona ko bitaboneka neza kuba turindira ko amakungu adufatira ibihano kugira dushobore kwicara hamwe ku matati atwega. Lire plus « Umugabo si urucumu » : kuki amakungu arinda kudufatira ibihano ?

« Amashure atazoshikana amanota 20% mu kibazo ca leta azoca afutwa »

Ubushikiranganji bujejwe indero, amakaminuza n’ubushakashatsi buheruka gufata ingingo ko “amashure yigenga atazoshikana umwimbu wa 20% mu kibazo ca leta kirangiza inyigisho zo mu mashure shingiro, azoca afutwa burundu”. Nijimbere Thierry akaba akenguruka iyo ngingo, akidogera uburyo mwe n’ayo mashure akora. Lire plus « Amashure atazoshikana amanota 20% mu kibazo ca leta azoca afutwa »

voir plus d'articles D