Tous les articles par Jean Marie Vianney Mico

Ngozi : kuva mu 2015, amaduka arugazwa n’igipolisi imbere y’isaha zitatu z’ijoro

Mu gisagara ca Ngozi, iyo isaha zitatu z’ijoro zigeze, amaduka menshi aca yugara. Bamwe mu badandaza bakidogera igipolisi ko ari co kibategeka kutabandanya imirimo yabo. Jean Marie Vianney Mico yaraganiriye na bo. Lire plus Ngozi : kuva mu 2015, amaduka arugazwa n’igipolisi imbere y’isaha zitatu z’ijoro

voir plus d'articles D