Tous les articles par Laude Complis Iradukunda

Blogueur du collectif Yaga

« Kugira umwana i mwaro », imwe mu ngendo zizingamitse Uburundi

Abenshi bavyita ikimenyane canke aka mwana wa mama. Abanje kudusigurira ico ari co ingeso yo “kugira umwana i mwaro”, Iradukunda Laude arerekana ingene iyo ngendo ari inkomoko y’ukurya ibiturire n’izindi ngeso mbi, maze agahamagarira umwe wese kugira ico akoze. Lire plus « Kugira umwana i mwaro », imwe mu ngendo zizingamitse Uburundi

Umugirwa wo guhamba ubukumi

Abantu batari bake basanzwe bamenyereye umugirwa wo guhamba ubusore ukunze gukorwa n’abahungu buca barongora. Ariko rero, ku rundi ruhande, hari n’umugirwa wo guhamba ubukumi utunganywa n’umwigeme buca aja mu Burundi. Uwo mugirwa rero, naho utagikorwa neza nk’ukwo watunganywa aho hambere hahise, uracariho nk’ukwo Laude Complis Iradukunda abituyagira. Lire plus Umugirwa wo guhamba ubukumi

À la poursuite de mon rêve

Au Burundi, les artistes semblent être des citoyens de seconde zone. Pourtant, beaucoup de jeunes rêvent du jour où ils pourront vivre de leurs talents. La blogueuse Laude Ersine Complis Iradukunda s’est entretenue avec Laura Sheïlla Inangoma, une jeune actrice de la troupe théâtrale « Les Enfoirés de SaNoLaDante». Cette artiste  nous parle de sa vie, des défis quotidiens, et de ses rêves. Lire plus À la poursuite de mon rêve

Ni gute twokoresha umwanya wacu ?

Mu gihe abantu banshi, na cane cane abakiri bato, usanga bakoresha umwanya wabo uko bishakiye maze imigambi yabo myinshi ikabapfana, Laude Complis Iradukunda asanga akenshi biva ku ndinganizo mbi ya bamwe n’abandi. Niho ahera agatanga impanuro z’uko twotunganya ibikorwa vyacu vya minsi yose kugira ngo dutere imbere mu buzima bwacu. Lire plus Ni gute twokoresha umwanya wacu ?

voir plus d'articles D