Tous les articles par Egide Nikiza

Blogueur du collectif Yaga

Comment sortir de la crise économique actuelle ?

Les statistiques sont alarmantes. Selon le Plan de réponse humanitaire de janvier dernier, le Burundi est classé 184ème sur 188 pays selon l’indice de développement humain (IDH). Ce document confie également que trois millions de personnes ont besoin d’une assistance humanitaire. Interpelé, le journaliste-blogueur Egide Nikiza est allé interroger des économistes afin de proposer des voies de sortie. Lire plus Comment sortir de la crise économique actuelle ?

Plaques pour taxi-vélos : application du code de la route ou mesure pour renflouer les caisses ?

L’application d’un article concernant l’immatriculation de tous les deux-roues vient de créer une vive polémique. Tout en s’interrogeant sur la légalité et les lacunes de cette mesure, le blogueur Egide Nikiza juge que les récentes mesures d’imposition sont caractéristiques d’un État acculé financièrement.

Lire plus Plaques pour taxi-vélos : application du code de la route ou mesure pour renflouer les caisses ?

Inkomoko ya « kira ngeni » no « kugwa mu gahundwe »

Mu mvugo ya minsi yose, hari amajambo canke imvugo zigoye gutahura. Ni naho hahera kuvuga ururimi nabi, maze ugasanga abantu bamwe bamwe ntibariko bavuga ibintu ukwo vyategerezwa. Akarorero ni nko ku bantu bavuga ngo « gira ngeni » aho kuvuga « kira ngeni ». Egide Nikiza aradufasha gutahura no kumenya inkomoko y’imvugo « kira ngeni » hamwe no « kugwa mu gahundwe ». Lire plus Inkomoko ya « kira ngeni » no « kugwa mu gahundwe »

Ni kuki tubwirizwa gusengera indongozi z’igihugu ?

Abantu bakunda gusenga, eka mbere n’abasenga gake, barazi neza ku mu biringo vy’amasabamana harimwo igice cahariwe gusengera imirwi mikuru mikuru y’abana b’Imana. Muri iyo, havuye umurwi w’abarongoye ishengero, haza abarongoye intara n’ibihugu. Ivyo bikatwereka ko tubwirizwa na ntaryo gusengera indongozi z’igihugu kugira Imana ibandanye kubaronsa ubwira n’ingoga zo kuyobora abo bajewe nk’ukwo Egide Nikiza abituyagira. Lire plus Ni kuki tubwirizwa gusengera indongozi z’igihugu ?

Umusuma agumana agateka ka kiremwa muntu !

Mu gihe abatari bake bababazwa n’ubusuma bwama bwakozwe aho baherereye canke bukabakorerwa, benshi baripfuza gufata umusuma kugira bishobotse bamwihanire vy’akarorero. Ariko rero naho biri ukwo, Egide Nikiza wewe abona ko umusuma agumana agateka ka kiremwa muntu none adakwiye gukubagurwa igihe afashwe. Aratuyagira ivyo yabonye mw’isoko ya Ruvumera ! Lire plus Umusuma agumana agateka ka kiremwa muntu !

Université du Burundi : « au lieu de supprimer le bizutage, il faut le réorganiser »

Si le blogueur Ivan-Corneille Magagi se disait contre cette pratique d’intégration, le blogueur Egide Nikiza n’est pas de cet avis. Pour lui, les premières victimes des tentatives de l’administration de l’Université pour enterrer le baptême universitaire sont les nouveaux, qui ne savent plus à quel saint se vouer. Lire plus Université du Burundi : « au lieu de supprimer le bizutage, il faut le réorganiser »

voir plus d'articles D