Tous les articles par Deo Ndayishimiye

Blogueur du collectif Yaga

« Le dialogue ou la guerre », le communiqué des évêques catholiques est sans équivoque

La conférence épiscopale au Burundi vient de sortir un communiqué appelant les protagonistes de la crise burundaise à s’engager dans un dialogue inclusif d’urgence. Au cas contraire, cette institution religieuse redoute une issue violente. Voici dans les grandes lignes ce qu’il faut retenir de cette sortie. Lire plus « Le dialogue ou la guerre », le communiqué des évêques catholiques est sans équivoque

Kaminuza y’Uburundi: « kugonda urutoke », intumbuzi y’ubunebwe !

Turakunze kubona imbere y’ibigo bitandukanye vya kaminuza y’Uburundi imirongo y’urwaruka rugonze intoke, rusaba ngo abafise imiduga barwunguruze. Ndayishimiye Déo aranegura iyo nyifato, akagira ati « urwaruka rukwiye kuba inyankamugayo mu kwikuramwo ubunebwe ». Lire plus Kaminuza y’Uburundi: « kugonda urutoke », intumbuzi y’ubunebwe !

Ubukene bw’ibitoro mu Burundi: ni kuki abategetsi badashaka kuvugisha ukuri?

Abarundi baramaze ukwezi kurenga mu ngorane z’ubukene bw’ibitoro. Iruhande y’ingingo zitandukanye zigenda zirafatwa mu ntumbero yo gufasha abanyagihugu gusangira bike bihari, abategetsi batandukanye baratanga insiguro z’ubwo bukene. Ndayishimiye Déo akakira izo nsiguro nk’ibinyoma bikoreshwa mu mayeri y’abanyepolitike yo guhuma amaso abanyagihugu. Lire plus Ubukene bw’ibitoro mu Burundi: ni kuki abategetsi badashaka kuvugisha ukuri?

Rwasa a protégé ses militants ? Mathématiquement, non.

Un internaute burundais se demandait ce que fait Rwasa dans les institutions. Sa conclusion a été qu’il a au moins « réussi à protéger ses militants » en acceptant de travailler avec le Cndd-Fdd. Ce que le blogueur Deo Ndayishimiye ne croit pas du tout. Il fait recours aux maths pour défendre sa position. Lire plus Rwasa a protégé ses militants ? Mathématiquement, non.

voir plus d'articles D