Tous les articles par Chancelle Bamuhaye

Blogueuse du collectif Yaga

Le malheur de naître avec un handicap au Burundi

Ils ne peuvent pas jouer avec les autres. En famille, on les dénigre. À l’école, les enfants vivant avec un handicap se cachent des regards méprisants et mènent une vie difficile. Voici le triste constat de la blogueuse Chancelle Bamuhaye qui nous rappelle pourtant que ces enfants discriminés peuvent faire mieux que les bien-portants. Lire plus Le malheur de naître avec un handicap au Burundi

Quand la Télévision nationale n’a plus rien de national

C’est notre blogueuse Chancelle Bamuhaye qui manifeste sa déception face à une télé qui ne fait plus le bonheur de ses téléspectateurs. Elle évoque avec nostalgie l’époque dorée où les émissions diffusées à la RTNB mobilisaient tous les ménages en possession d’un poste téléviseur. Lire plus Quand la Télévision nationale n’a plus rien de national

Ubukene bw’abarimu mu mashure

Mu mashure atari make yo mu gihugu, haribonekeza ubukene bw’abarimu. Naho henshi binanirana ugasanga abana bariko bariga mu buryo budashimishije, hari ayandi mashure yiyungunganya maze agashobora gusukamwo mabisi ivyigwa bikabandanya neza. Akenshi rero, ivyo bikunda biturutse ku kwiyungunganya kw’abavyeyi n’abarimu b’abakorerabushake nk’ukwo Chancelle Bamuhaye abituyagira. Lire plus Ubukene bw’abarimu mu mashure

Abarondera inyungu zabo mu marerero y’impfuvyi

Turamenyereye kubona amarerero y’impfuvyi, haba ngaha mu Burundi canke no mu bindi bihugu. Ico gikorwa ciza co kwitwararika abana babuze abavyeyi bakiri bato hariho abamaze gutangura kukibona nk’inzira yo kurondera inyungu zabo. Chancelle Bamuhaye araducira ku mayange ivyashitse mu ntara ya Kayanza, aho bene ico kigo cahavuye cugarwa igihe vyari bimaze kwibonekeza ko kitisunze amategeko abigenga. Lire plus Abarondera inyungu zabo mu marerero y’impfuvyi

Twese turi n’ivyo dushoboye

S’agaseseshwarumuri, hirya no hino, aho tubaye, twama twabonye ko abagendana ubumuga butandukanye binubwa eka mbere n’ugukumirwa bagakumirwa. Ariko rero n’aho biri uko, abagendana ubumuga n’abantu nk’abandi kandi bashoboye no gukora vyinshi nk’abandi bose bakomeye. Chancelle Bayubahe yaraganiriye n’umwana yavukanye ubumuga bw’ubunyamwema maze araducira ku mayange ivyiyumviro vy’uwo mwana. Lire plus Twese turi n’ivyo dushoboye

voir plus d'articles D