Tous les articles par Apollinaire Nkurunziza

Né à Ngozi. Ancien journalistique-stagiaire et bénévole. Professeur d'anglais au Lycée de la Comibu NGOZI communément appelé Lycée islamique. Lauréat du prix littéraire Rumuri. J’aime la lecture.

L’échec à l’école : qui en est le premier responsable ?

Au mois de mai, la ministre de l’Éducation a sorti une correspondance sans équivoque : « Tous les directeurs des écoles publiques dont les résultats sont inférieurs à 30% au concours national éditions 2016 et 2017 seront destitués. » Pour le blogueur Apollinaire Nkurunziza, cette mesure qui prend effet ce lundi 11 Septembre, jour de la rentrée scolaire, suscite plusieurs interrogations. Lire plus L’échec à l’école : qui en est le premier responsable ?

Ubugeni bwa Annonciate na Bernard : « Urukundo ntiruraba igihagararo »

Abari ku mbuga ngurukanabumenyi mwarabonye amasanamu y’ubugeni hagati y’abantu babiri batandukanye cane mu burebure, ivyatangaje benshi. Kuwa 12 Myandagaro, hasigaye amasaha make  ngo habe indagano zo mw’ishengero, Annonciate yaragize ico abwira Yaga, tubifashijwemwo na Nkurunziza Appolinaire.

Lire plus Ubugeni bwa Annonciate na Bernard : « Urukundo ntiruraba igihagararo »

Compétitions interscolaires : « Francine », un nom porte-bonheur

Pour leur 29ème édition, les compétitions interscolaires d’athlétisme ont eu lieu du 20 au 21 mai au chef-lieu de la province Ngozi. Fait étonnant, comme le rapporte le blogueur Apollinaire Nkurunziza, il semblerait que porter le nom de la médaillée d’argent du 800 mètres au JO-2016 serait un gage de victoire. Lire plus Compétitions interscolaires : « Francine », un nom porte-bonheur

« Honorables poilissimes, pour votre salut, laissez tomber la grève! »

Voici l’appel sans ambiguïté du blogueur Apollinaire Nkurunziza envers les étudiants de l’Université du Burundi qui observent un mouvement de grève depuis bientôt un mois. Dans cette lettre, il exhorte ceux qui se font appeler poilissimes à retourner dans les amphithéâtres  au lieu d’engager un combat perdu d’avance. Lire plus « Honorables poilissimes, pour votre salut, laissez tomber la grève! »

Kwatirwa mu mwuga wo kudandaza

Abasokuru barayamaze ngo « ibanga riraheberwa ». Hariho ibisata bimwe bimwe vy’ubuzima umuntu adapfa kwinjiramwo ukwo ashatse kuko haba hariho n’ivyo ategerezwa gukwiza imbere yo kwakirwa mu muryango. Ari na vyo benshi bakunze kwita urwinjizo. Kwatirwa mu mwuga wo kudandaza na vyo nyene birafise urwinjizo rwavyo nk’uko Apollinaire Nkuruziza abituyagira. Lire plus Kwatirwa mu mwuga wo kudandaza

Ugutanga ishano mu ntara z’uburaruko

Mu ntara z’uburaruko nka Kirundo, haraheze iminsi bivugwa ko himonogoje gutanga ishano. Ishano rero ngo riranagoye kuvura kuko ngo ntiryibonekeza kumwe ku bantu baba barihawe. Umuntu yokwibaza ukwo barisuzuma hamwe n’ukwo rivurwa iyo basanze umuntu yarihawe. Apollinaire Nkurunziza araducira ku mayange bimwe ku vyerekeye ishano. Lire plus Ugutanga ishano mu ntara z’uburaruko

Vy’ukuri abami bavukana imbuto ?

Mu Burundi, vyari bizwi, birigishwa mu mashure eka mbere abantu benshi baranemera ko abami bavukana imbuto. Ariko rero, aho intwaro ya cami ihaviriye, kumbure n’igihe yari ikihari, abantu bagumanye amakenga bibaza niba kwari ukuri. Vyaratevye birahinyuka ko yari amayeri y’umuryango umwe kugira ugumye ubutegetsi bw’igihugu nk’ukwo Apollinaire Nkurunziza abituyagira. Lire plus Vy’ukuri abami bavukana imbuto ?

Le parlement des enfants, une mission impossible ?

Du 12 au 15 septembre 2016, les enfants âgés de 10 à 17 ans ont élu pour la deuxième fois leurs représentants de la base au sommet lors du forum national des enfants au Burundi. Ce forum existe depuis 2013 et ses membres sont élus pour un mandat de deux ans. Le blogueur Apollinaire Nkurunziza nous explique en quoi consiste ce cadre et s’interroge sur la portée réelle de sa mission. Lire plus Le parlement des enfants, une mission impossible ?

Vy’ukuri ubwirakabiri ni agasema ?

Abantu batari bake kw’isi baremera ivyo bita ibimenyetso vy’ibihe. Iyo babonye habaye iki canke kiriya, haba kw’ijuru canke ahandi, ugasanga bamwe baravuze bati hazoba iki canke kirya kimenyetso ni agasema. Apollinaire Nkurunziza aratuyagira ico Abarundi ba kera biyumvira ku bwirakabiri n’ico busigura vy’ukuri.

Lire plus Vy’ukuri ubwirakabiri ni agasema ?

voir plus d'articles D