L’homme aime boire, de l’alcool, j’entends. Pour un Burundais, c’est plus un fait qu’autre chose. Ce qu’il y a de fascinant cependant, ce sont les raisons que nous avançons pour expliquer cette addiction qui n’est jamais vraiment reconnue, admise comme […]
Yaga
Pseudonyme
«Intahe iragura inyoye»: ubutungane canke uburyarya ?
”Ahari abantu hama urunturuntu”, ni ko Abarundi bavuga. Iyo bishitse abantu bagatata, kenshi kugira basubize hamwe vyarashika ko barinda kwumvikanishwa. Ariko rero hari n’igihe ivyo kwumvikanisha vyasendwa bikaba ngombwa ko bataka abagabo. Abo nabo bahejeje kubumvikanisha hari aho babaca inzoga, […]
Abarundi vyokunda ko bagira imanza ata rukanywa ?
Gusaba umugeni, gusaba inka, kuramukanya, kuvyina amahasa, gukaraba…, hari ibintu vyinshi vyerekena ko inzoga zari zifise ikibanza kidasanzwe mu mibereho n’imico n’imigenzo vy’Abarundi. Kandi umuntu yihweje neza usanga n’ubu bitahindutse cane. None vy’ukuri izo manza ntizogenda neza ata nzoga zirimwo ? […]
Ma rencontre avec l’alcool…à 16 ans
À l’adolescence, nous voulons être acceptés. À la quête d’une identité, c’est avec une bouteille de bière (et les filles, mais ça, c’est une autre histoire) que j’ai intégré le groupe des cool kids. Voici mon histoire.
Soulard… à 12 ans !
Qui se souvient de sa toute première cuite ? C’est difficile de l’oublier, quand une bande de copains exige qu’un gosse ingurgite une quantité incroyable de bière pour intégrer leur cercle. Ce blogueur a subi ce bizutage qui ne dit pas […]
#ZaNzoga : inzira zijana kurusoma ziri kune ziri gutanu
Kwisanga mu bakunzi b’agacupa canke umwerera bitangura kwinshi nk’uko twabibonye ubuheruka. Kuva ku gakuku, agaharawe ngo ni kwitanaho (ivyo bita care mu congereza) hamwe n’akamenyero, ibijana umuntu gukunda inzoga si bike. Nsengiyumva* w’i Makamba araducira ku mayange uko vyamugendeye n’uko […]
Ce soir-là, j’ai bu ma première gorgée de bière…
Il y a de ces nuits que l’on n’oublie jamais. Une rencontre intéressante, un bon film ou encore le jour où l’on a « déconné » ou que sais-je encore. Mon soir-souvenir ? Le jour de ma première gorgée de bière…
Moi et l’alcool, la genèse…
Tout a un début. Personne ne naît buveur, on le devient. Ça dépend des motivations et des raisons qui poussent chacun d’entre nous à le devenir. Pression de l’entourage, problèmes de la vie, curiosité ou tout simplement en avoir envie. […]
Iduga ry’ibiciro kw’isoko : n’itunganywa ry’ivyo kwiyunguruza ntiryera
Muri iyi misi, ikena ry’igitoro rifatwa nk’imvo n’imvano y’iduga ry’ibiciro kw’isoko aha mu Burundi. Ariko, ku bwa Melchiade asanzwe adandaza amakara, iryo kena ry’igitoro ngo ni kimwe mu bindi vyinshi, kuko n’ingingo nshasha y’itunganywa ry’ivyo kwiyunguruza nayo ibifisemwo uruhara. Umuco.