Boost

#Boost: bamwe barahona abandi bakavyungukiramwo

Mu Burundi, ikiyovyabwenge Boost ntikiri ikinyegezwa. Turetse ko abahinga badasiba kugabisha ku ngaruka mbi z’ico kiyayuramutwe, abacihereza baguma bongerekana; kanatsinda ntibibagora kukironka. Uwahoze afata ico kiyayuramutwe akanakidandaza arabituyagira.

Boost

#Boost: intuntu n’agahinda vy’imiryango y’abacihereza

Bama bariko baravuga abiziziwe n’ibiyovyabwenge ariko bakibagira n’ukuvuga uwundi muce w’abantu ugeramiwe :  imiryango irimwo abanywa ikiyayuramutwe bita boost. Mu kangaratete no mu mwiheburo mwinshi, iyo miryango yaraganiriye n’umwanditsi w’urubuga Yaga.

Boost

#Boost: abajejwe intwaro babivugako iki ?

Haraheze igihe gito inzego zimwe zimwe za Leta zitanguye kubona ko ikiyovyabwenge “Boost” giteye isibe kandi bitagikunda ko cirengagizwa. Inyishu zimwe zimwe zaratowe, ariko impinga iracari ndende

Boost

#Boost : inzira y’amahonero !

Ico kiyayuramutwe gikaze co mu bwoko bwa « heroyine » kiragisibije mu gisagara ca Bujumbura hamwe n’ibindi bisagara vyo  ku mirwa mikuru y’intara z’Uburundi. Abajejwe intwaro baratanguye bukebuke gutahura ko ari ikiza kigeramiye amagara y’abantu. Mu rukurikirane rw’inkuru zitandukanye, YAGA igiye kwitwararika […]

Boost

#Boost : qu’en pense l’administration ?

Depuis quelque temps, certaines institutions étatiques se sont rendu compte  que le boost constitue un danger qu’il n’est plus possible d’ignorer. Des réponses sont apportées, mais elles sont encore insuffisantes.

Boost

#Boost : peut-on soigner son addiction ?

L’addiction au boost a de graves conséquences sur la santé de ses consommateurs. Ces derniers le savent aussi, mais se jugent impuissants face à leur situation. Comment prendre soin d’eux alors ? Le blogueur Yves Irakoze a approché des spécialistes.

Boost

#Boost : entre crime et business florissant

Au Burundi, le boost s’infiltre petit à petit dans toutes les couches de la société.  Au-delà des avertissements des experts sur les conséquences de la consommation de cette « drogue dure », elle trouve toujours plus d’adeptes, ces derniers n’ayant aucun problème […]