Mu Burundi, abavyeyi hamwe n’umuryango barahimbarwa iyo bungutse ikibondo, bakamutunga, bakamushira mw’ishure eka mbere bakanamukunda uko bikwiye. Ariko rero, ivyo hariho imyaka bitarenza… Elodie Muco aratuyagira ingorane abakwije imyaka 30 bakibana n’abavyeyi bagira.
Mu Burundi, abakobwa bararemerwa cane n’imiryango yabo, na cane cane iyo bariko baregereza imyaka mirongo itatu. Kuba utarubaka urwawe ku myaka 30 bifatwa nk’ikosa, na cane cane ku bakobwa. Abatari bake baboba ko, kuri iyo myaka, umuntu yategerezwa kuba amaze gushika umuryango wiwe. Ikibano co mu Burundi nticishimira kubona abakobwa bagira imyaka myinshi batarubaka. Ntibitahuritse ko, ku myaka 30, umukobwa aba atararonka umugabo amutunga. Mu vyiyumviro vyo muri rusangi, abakobwa bategerezwa kwitwararika kudaca imvyaro bakiri iwabo.
Ababishinzeko intahe
Nancy, ku myaka 33, ntaraja kwubaka urwiwe. Aremeza neza ko atitwararitswe kandi ko abantu badashaka kumutahura. Yarigeze gukundana n’abahungu babiri ariko bose baramuhemukira none, ubu, yararambiwe. Arazi neza ko ukwo umwanya uhera ariko n’amahirwe yo kuronka umugabo abandanya agabanuka. Ku vyerekeye uko ababanyi canke umuryango bamuremera, yaramaze gutimba.
Divine nawe afise imyaka 36 akongera akaba nyina w’umwana w’imyaka 6. Kuba atarubaka urwiwe ku myaka afise, aremeza neza ko ico ciyumviro camaze kumuvamwo : « Ndafise akazi keza, ndashobora kwitunga no gutunga umwana wanje jenyene kandi ndabinezererewe. Umuntu arashobora kubaho neza atamugabo agira, abantu nabo bagashaka bakavuga ivyabo. N’ubuzima bwanje kandi ndaryohewe !».
Kuri Ange hoho, iminsi mikuru yo mu muryango isigaye ari ikigeragezo. Ababanyi n’abagenzi ntibahengeshanya kumubaza igituma atarabereka umukunzi wiwe. We aritwengera ati : « Umenga ntuze biroroshe kuronka uwo mukundana ! »
Mu Burundi, ukwubaka s’ukubana kwa babiri gusa. Ahubwo n’uguhuza imiryango ibiri bikongera bikaba n’uburyo bwo kuronka ijambo mu kibano.
Cliquez ici pour lire le texte en français
Jew nfise 32 and none nihagire uwiyizira.
Nancy Nampe Adresse Na Contacts Ziwe.
Ni gute babura abagabo duhari c? njye nihagire uwuza tubyumvikane ubundi twibanire Mu Mahoro n’umutuzo
nkuko bisanzwe natwe birashik bikatugora gutngura abakobwa ico batinya sikind bariyumvir guturukira umuhung bikabagor non abantu basoba bicay woj kuwugarar ikindi barikenger
Ego Kubaho Ukwijije Imyaka 30 Niyirenga Urumwigeme Yirebanga Si Icoroshe Mukibano Iburundi Kuko Natwebwe Abahungu Tumaze Gushika Muri Iyo Myaka Baratubazagiza Nimba Atamugore Dufise,ugeze Mumiji Naho Inkumi Zitarubaka Zikatwitegako Vyinshi.
Umuti Noha Abigeme: Nibagerageze Baze Bararesha Abahungu Ariko Babikore Rupfasoni Bareke Kuguma Bazingamitswe Nimici Imwimwe Yuburundi,erega Natwe Harimwo Abahungu Bashobora Gutinya Abakobwa,iyo Umukobwa Agufashije Gushika Kwijambo Wewe Umuhungu Uroroherwa Kandi Ntabwo Ubona Ko Yataye Indero.Mubivuze Ko Iki?
Commentaire *jewe uko ndabibona nibikuremwo amasonisonisoni bamenye gucagura nabo bashikirize ivyiyumviro vyabo
Mbariza divine kotwokwibanira mfita imyaka 35mfita akazi sindubaka numero 61504716
wewe nawe ndumva urafise ingorane, wiyumvira gute ko wotwara umuntu utazi ivyiwe???? mbe urazi icatumye bigenda uko??? nawe iyo retard yawe iri douteux!!!
nivyo ivyo bintu birahari muburundi .ariko ni ibintu nibaza bikunda gushikira abigeme baba basamaye ntibakanure ningoga naho mutokwirengagiza ko kubenga bikihari?jewe niyumvira ko muri abo benshi baba babanje kwiyankisha abagabo bamwebamw mais uko akanya kagenda niko bisanga umwanya wabajanye,maze bagasanga ntamisore ikibahanze ijisho kubera inyuma yabo haba hari generations zindi zishushe.jew rero nk’uwo wundi nobahanura KO boja barirehereza imisore nayone irahari biba vyayigoye kumvo izi cnk ziriya.hakuguma munzu no mukibano kibakengera,bogenda kanatsinda baraca umugani ngo ‘mwishamba ntagiti kibura inyoni ikigwako’
Turingaha abajeune tugz kwubaka ntitwumva impamvu babura imisore ibakunda ni baz tuyage
Nibatuduh address imisor yabarundi igz kwubaka turingaha!
Ange canke Divine nihagire uwumpa numéro twiyagire burya imyaka siyo yubaka.igikuru numubano mwiza murugo.kandi ntimwihebure umusi umw hazogera
Bonjour, Murakomeye , uko ndabibona igikomeye ni kuronka uwo mwumvikana, kandi mugahuza mu bitekerezo, apana kwihuta ngo imyaka irashize, ngo pression ya famille, mes filles c’ est votre vie qui est dans votre main… aho kugenda ugahita uruvamo, ntacyo bimaze,
Uwiteka niwe Yubaka, mumusange arabayobora inzira yo kunyuramo abahe n’ ubwenge bwo guhitamo, jye niwe yampitiyemo , je me suis marier a l ‘age de 34 ans. kandi ni Umwami yabishoboje. so trust in Him.
Abahung Natw Nimb Ar Kubra Crise Ecque Yatey Mu Bdi,ntidushaka Kurongora Kubr Turakeny.Vyongey Inkwano Zumurengera Ziratuma Tub Turifashe
Mbega Akagaratete muri Mwaro niho higeze kubaho Isoko Abakobwa bishora Abahungu bakaza gucagura.Abo bafise iyo myaka nibatohoze yuko iyo soko ikibaho bajeyo kuraba yuko harico bohanoba.
jew icombon nuk twokwitond mukwubak!kub ufis imyaka myinsh kubigem sikibaz,kuk nkajew mfis 26,arik nticombuz kwubakana nuwufis 35!gus urwaruk rwub ntiruseng erga iman niyo itang vyos!!kand hary numukobw arabishiramw uruhar!harimw abahung besh batiny kubavugish bivany nugutiny!ub abakobw bensh usang bifitiy amamodokar,hary umuhung umuciyk ukamwunguruz cank ukamukorer servic kanak,kir mubint umuhung atuma akwiyumvamw!kand bigatum yogutwar bivany ningn mwaganiriy!gusa abigm bensh bakunda amaronka kand itunga mworironderana!uwushak arampig kwiy numer ndamuh impanur zko yokwitwar(69411604)!murakoz
ko tuzi neza ko mu mico y’abarundi nta mukobwa yirehereza umuhungu kandi abarundi nabo bakaba baha agaciro cane ubukwe bakwiye kumenya no gutahura ko hamwe n’ingo zimwe zidatang’icitegererezo ciza mu kibano canke mu miryango bic’intege sbakiri banshaka kubaza igitera ibivyimba vyo mu nda cane cane ku bigeme bajwijije imyaka 25 bataribaruka,
Interesting
Kwigumira udafise uwo mwubakana biraruta cane kwubaka hanyuma ukagira divorce. Nta kwiruka numwanya. Nimureke Imana ikore. Vyanse ntuba ubaye uwa1
Abakobwa ubu nikibazo kuko bishinga ibibaryohera mumaso gusa arko ivyakazoza ntibavyiyumvira, ahubwo baza kuvyiyumvira iyo babonye bashaje kuko burya iyo umuntu agomba kwubaka ugwiwe nacanecane abahungu ntapfa gutwara uwariwe wese kko beshi usanga bagiye baritwara nabi mubuto bwabo mbere ugasanga barabikuranye,rero umukobwa ameze uko iyo urumuhungu umutwaye uba witeye ibibazo wewe nyene. hariho n’abakobwa badashoboka naho yoronka uwumushima batamarana kabiri kubera ingeso ziwe umuhungu aba atazikunze, nashaka ndababwireko naho wumva ngo bashikana imyaka mirongo itatu(30) batararongogwa ntamwaka numwe batagendana n’abahungu kandi bipfuza kubatwara, muti aho bipfira nihe??
ngomba ndabahe akarorero kamwe kumuhungu twabana nciga kur kaminuza ntamyaka itatu irahaca yarafise umukobwa bakundana bose biga kaminuza barakundanye imyaka ishika kuri 3 munyuma uwomukobwa aca abona uwundi akora muri CNTB wwe yifitiye amahera data, burya uwomukobwa acatangura kubwira wamuhungu bakundana ati:
1. gira ningoga untware
2. ati kandi inkwano ni imiriyoni zibiri(2000.000)
3.ati kandi ntituzoja kuba muntara za ruguru ico ntikibaho
etc….
umuhungu abiravye akaraba nuburyo yarafise acabonako ivyo yamutegetse atobishobora.
umungu aca amubwirati jew urukundo nari ndarufise ti arivyo umbwiye birananiye igire n’amahoro.
wamukobwa aca aragenda rero kuri wawundi akora mur cntb ati naje rero uwuri uwundi ati:
umukobwa arajako aramubwira, acamubwirako uwobarikumwe yamuhevye kubera ataburyo yabona afise bwokumutwara, nawe ati: umukobwa ati : imyaka itatu.
umuhungu aratangara aca amubwira ati uwo wamuhoye ubusa naje ndumva ntivyokunda kko yari yamuhinyuyeko yishakira uwufise amaronko atarukundo gwamuzanye.
umukobwa yaciye abura bose. yarasubiriye kuja kurondera wamuhungu wakera asanga yarirongoreye Imana yaramuhezagiye. umukobwa yarahejje amashure aca araduga ruguru iwabo imyaka 30 yarayirengeje kandi araho.
Rero abakobwa naho bibagendera uko beshi babifisemwo uruhara runini. jew ndemeza neza yuko atamukobwa windero yorenza imwaka 30 ataraja kumugabo.
nkuwo yavuzeko afise 36 ans afise numwana wa 6ans akaba aturbaka birabonekako atitwaye neza kandi vyaciye bimukurikira. yavuzengo afise akazi nga abayeho neza, arko iyo umuhungu ashaka kwubaka ivyo sivyo araba.
Commentaire *
Jew ndamukeney naz twibnir kbx
Uwo We Yivugishije Agendeka Je Mfise 47 Sindumuntu?
Uk Bishits Uvyakira Ukw Nyen Hari Nabapfa Batagiy Kubagab Kand Bakuz Naw Uvyumv Gt?
Ntawubaho kwl
N’ukwihangana Kiko kwubaka urugo ubihabwa nimana igihe case kigeze birasho