Archives de catégorie : Économie

Ingorane z’itangwa ry’akazi mu gisata c’indero

Igisata c’indero kiri muri bimwe bikunze kuvugwamwo ingorane z’ikena ry’abakozi. Ariko rero, naho bir’uko, s’ukuvuga ko abize ukwigisha babuze. Leta iheruka gufata ingingo yo gutanga akazi ku barimu bake cane. Oscar Niyonkuru asanga vyari bikwiye ko n’ako kazi gatangwa kuri bake kari gakwiye gutangwa biciye mu gukora ikibazo kugira abana baronke ubumenyi buzobafasha kwiteza imbere no guteza imbere igihugu. Lire plus Ingorane z’itangwa ry’akazi mu gisata c’indero

La forêt, une mère nourricière qu’il faut protéger

Il y a presque deux semaines, on célébrait la journée internationale des forêts. Profitant de cet événement, le blogueur Landry Rukundo a rencontré une entrepreneuse burundaise, Annick Kabatesi, qui a fait des arbres son gagne-pain, et milite aussi pour la protection de l’environnement. Lire plus La forêt, une mère nourricière qu’il faut protéger

Iminsi mikuru iheza umwaka n’abunguruza abantu bikika mu kiza

Ihimbazwa ry’iminsi mikuru iheraheza umwaka ryama ryisangije isura kuri bose ! Bamwe baraziganya kugira bazosume ibikwiye maze bifate neza muri ivyo biringo. Abandi na bo baramenya uko bavyifatamwo kugira ngo iyo minsi ntibasige uko yabasanze. Bamwe muri abo n’abunguruza abantu bikika  mu kiza mu kuduza ibiciro maze bakahungukira kuruta nk’uko Dorine Muco Muryango abituyagira. Lire plus Iminsi mikuru iheza umwaka n’abunguruza abantu bikika mu kiza

Plaques pour taxi-vélos : application du code de la route ou mesure pour renflouer les caisses ?

L’application d’un article concernant l’immatriculation de tous les deux-roues vient de créer une vive polémique. Tout en s’interrogeant sur la légalité et les lacunes de cette mesure, le blogueur Egide Nikiza juge que les récentes mesures d’imposition sont caractéristiques d’un État acculé financièrement.

Lire plus Plaques pour taxi-vélos : application du code de la route ou mesure pour renflouer les caisses ?

Ugukorera Leta ni ukwitangira abanyagihugu

Mu bisata bimwe bimwe vy’ubuzi bwa Leta, naho ababijejwe bama basemereye, haribonekeza abakozi batarangura neza amabanga baba bajejwe. Aho ni nk’abakozi batonda ku kazi batevye canke n’iyo batonze bakagakora nabi nabi. Renovat Ndikumwenayo ni we atuyagira ko ugukorera Leta ari ukwitanga kugira ngo abanyagihugu boroherwe bongere batere imbere. Lire plus Ugukorera Leta ni ukwitangira abanyagihugu

Ubukene n’indwara ikira

Mu gihe abantu benshi bugarijwe n’ubukene hirya no hino mu gihugu, mu ntara ya Gitega, hari umuti abanyagihugu bamwe bamwe bagerageje kubutorera. Uwo muti ushimikiye ku gushinga udushirahamwe duto duto maze abanywanyi bakaza baraziganya bongera baguranana hagati yabo. Gutyo rero, abatari bake baramaze gutahura ko ubukene ari indwara ikira nk’uko Divin Dushime abituyagira. Lire plus Ubukene n’indwara ikira

Ingorane z’umushahara uje imbere y’igihe

Akenshi, iyo himirije iminsi mikuru irangiza umwaka, Leta n’abikorera utwabo bamwe bamwe barahemba abakozi imbere y’igihe. Birashika rero umushahara w’ukwezi kwa 12 ugasanga ushitse nko mu matariki ya 15 na 20. Ariko rero, naho abo bakozi bawakirana akanyamuneza ntangere, uvyihweje neza, nawo nyene urafise ingorane zawo. Abenshi barihenda bakagira uko akariro k’iminsi mikuru kagize maze ugasanga barahuye n’ingorane z’uburyo mu kwezi kwa mbere kuko basubira guhembwa, n’imiburiburi, mu kwezi kwa kabiri nk’uko Caritas Ninziza abituyagira. Lire plus Ingorane z’umushahara uje imbere y’igihe

Abigisha barakwiye kuronswa agashahara gashimishije

Abigisha bari mu mirwi y’abantu batuma ubuzima bw’igihugu bubandanya gutera imbere. Abo rero ni bo batanga ubumenyi maze igihugu kikaronka incabwenge zigifasha gutera imbere. Ariko rero, nk’uko ‘umukozi wese aberwa n’impembo’, agashahara kabo siko gashimishije kuko abenshi birabagora gutunga imiryango yabo, icibagiwe co n’ukurangura akagambi k’iterembere ryabo nk’uko Renovat Ndikumwenayo abibona. Lire plus Abigisha barakwiye kuronswa agashahara gashimishije

Le témoignage poignant d’un jeune entrepreneur fauché par la crise

C’est l’histoire d’une association dénommée agence pour la recherche scientifique (ARS), une initiative de jeunes étudiants qui date de 2011, et qui prônait le développement durable et la lutte pour la protection de environnement.  Armel Derere, initiateur du projet, partage ses déboires à cause de la crise qui secoue le Burundi. Lire plus Le témoignage poignant d’un jeune entrepreneur fauché par la crise

voir plus d'articles D