Tous les articles par Yaga

Pseudonyme

12 décembre 2015, une date marquée au fer rouge

Il y a tout juste un an, les violences liées à la crise du troisième mandat  franchissaient un nouveau palier. Après l’attaque de camps militaires, une répression musclée est menée dans les quartiers dits contestataires. Depuis l’étranger, le blogueur Abraham qui tient à garder l’anonymat nous raconte comment il a vécu cette journée. Lire plus 12 décembre 2015, une date marquée au fer rouge

Abakokayi n’ingorane batera rimwe na rimwe

Abatari bake mu bamenyereye kwiyunguruza barazi abantu bahuza abunguruza abantu n’ingenzi ari bo bitwa abakokayi. Abo rero, bivuye ku gushaka ko buzuza imodoka ngo bahembwe, birashika bakabesha ingenzi ku mafaranga y’urugendo maze bikayigora imaze gushika iyo ija kuko usanga bishika bakavuga amafaranga make kugira ngo bareshe ingenzi imodoka zuzure. Ivyo rero rimwe na rimwe biratera n’ingorane nk’uko Jean-Désiré Nduwayo abivuga. Lire plus Abakokayi n’ingorane batera rimwe na rimwe

Intoro irafasha ariko ikongera ikavuna

Mu buzima bwa minsi yose, abantu baraziganya bakongera bakaguranana babicishije mu mabanki canke hagati yabo bivanye n’icizere baba bafitaniye. Hari rero uburyo bukunze kwibonekeza mu gihe c’ubukene bwa cane hagati mu gihugu ari bwo bita “intoro”. Intoro rero irafasha ariko ikongera ikavuna uwuyakiriye eka mbere igashobora no gukwega ingorane zikomeye hagati mu bantu nk’uko Apollinaire Nkurunziza abituyagira. Lire plus Intoro irafasha ariko ikongera ikavuna

voir plus d'articles D