Tous les articles par Thaddée Niyirora

Irwirirana ry’amadini rishimikiye ku kwemera kw’Abarundi ?

Amashengero, mu Burundi, ni kimwe mu bintu bikora ku buzima bw’abantu mu buryo bwinshi. Hari abayajamwo kugira biyegereze Imana, n’abandi bayajanwamwo n’inyungu zitandukanye. Ni naho abantu benshi bahera bakibaza niba irwirirana ry’amadini ryoba vy’ukuri rishingiye ku kwemera. Ariko Thaddée Niyirora araduha umwihwezo udushikana ku bitandukanye n’ivyo benshi bari basanzwe biyumvira. Lire plus Irwirirana ry’amadini rishimikiye ku kwemera kw’Abarundi ?

voir plus d'articles D