Tous les articles par Elodie Muco

Blogueuse du collectif Yaga

N’abakenyezi boshobora kuvuga ijambo ry’urubanza !

Mu mico n’imigenzo y’Abarundi, ijambo rishikirijwe abantu bakoranye rivugwa n’umuntu w’umugabo. N’iyo hatabaye umugabo mu muryango, bararondera incuti canke umugenzi w’umugabo ashikiriza ijambo iyo umuryango uramukanye urubanza. Ari rero naho ibintu vyamye biri uko kuva kera, hariho abatanguye kubona ko n’abakenyezi boshobora kuvuga ijambo ry’urubanza nk’uko Elodie Muco abituyagira. Lire plus N’abakenyezi boshobora kuvuga ijambo ry’urubanza !

Ukuresha umukobwa yifise

Mu buzima, iyo umusore ashatse gushinga urugo rwiwe, arafata iya mbere akaja kurondera umwigeme bashobora kubana. Iyo umuhungu akiriko arasaba umukobwa urukundo, agirako amusaba ko bobana, bavyita kuresha. Ukuresha umukobwa rero biranakunda gufatira ku buryo asanzwe afise. Maze umuhungu yabona ko amusumvya amikoro akamureka akareshwa n’abo bangana. Ariko rero Elodie Muco, we, abona ko urukundo rutari rukwiye kuraba ubutunzi canke amafaranga ! Lire plus Ukuresha umukobwa yifise

Culture : Agence Esther en standby à cause de la crise

Il y a de cela quelques temps, l’Agence Esther était l’une des agences de mannequins des plus en vue de la capitale Bujumbura. Créée en 2012, on ne parle presque plus d’elle aujourd’hui et plus d’un se demande ce qu’elle est devenue. Interview de la bloggeuse Elodie Muco avec Davy Carmel Ingabire, son directeur.

Lire plus Culture : Agence Esther en standby à cause de la crise

Ukuresha inkumi biciye ku butumwa bugufi

Ukuresha n’umugirwa wamyeho kandi noneho wateye imbere cane muri ino minsi. Umusore, ashaka kwubaka canke yipfuza inkumi bakundana, ashobora kubikora biciye mu buryo bwinshi tutibagiye no kwifashisha ubutumwa bugufi bw’amatelefone. Elodie Muco aratanga impanuro ku basore bihenda ugasanga bavyitwayemwo ukutari kwo maze bakabengwa. Lire plus Ukuresha inkumi biciye ku butumwa bugufi

Le calvaire d’être célibataire à 30 ans au Burundi

Au Burundi, les parents et la famille sont heureux daccueillir un enfant, de le bercer, de le nourrir, de payer sa scolarité et de lui donner toute laffection quil mérite. Mais, jusqu’à un âge… ? La blogueuse Elodie Muco nous raconte les malheurs des trentenaires burundais vivant encore au domicile familial. Lire plus Le calvaire d’être célibataire à 30 ans au Burundi

voir plus d'articles D